Umutumiro w’amasengesho yo gusengera imitwaro itandukanye n’igihugu c’Uburundi

UMUTUMIRO WAMASENGESHO KUBANTU BOSE BIFATANIJE NIHANGA RYERA RYIMANA NIBICANIRO VYAMASENGESHO VYOSE. Hanga Ryera ry’Imana, namwe mwese muri mu rugendo rugana Kanani yo mw’Ijuru kwa Data, bakunzi b’umusaraba mwese namwe mwese murindiriye Isezerano Uhoraho Imana yasezeranye. Turacabandanya gusemerera nkuko Imana yadutegetse ngo tubwire abaremwe bose ngo bihane, biyeze kandi bahindure ingeso zabo kuko harico Imana y’ […]