Kubandanya ibikogwa vyo gusemerera mu mabohero, mu makambi y’impunzi, mu gihugu hagati no mu mahanga ngo abantu bihane

SEMERERE BIHANE, BABATIZWE KANDI MURAMURE INTUMWA ZA YESU KRISTO Nkuko umutumiro w’amasengesho w’iy’indwi tugira turangize waduhamagarira gusemerera kugira ngo abaremwe bose bihane kuko hari ico Uhoraho Imana igira yikorere mu bugingo bw’umwumwe wese no mu gihugu cacu, abana b’Imana bakomeje gukora umurimo wa Data mu mabohero, mu nkambi z’impunzi, mu gihugu no mu mahanga. Abatatuzi […]