Ikiganiro Radio Isezerano Internationale yagiraniye n’umukambwe muvyo amasezerano ku gihugu c’Uburundi

IKIGANIRO RADIO ISEZERANO YAGIRANIYE N’UMUKAMBWE MUVYEREKEYE AMASEZERANO KU BURUNDI TWATAZIRIYE T.N. NA RADIO ISEZERANO DUTAZIRA R.I. http://www.abisezerano.com RI- mutama T.N. Turakuramukije mw’Izina rya Yesu Kristo, Shalom! Hariho abantu bumva tuvuga ijambo isezerano ku Burundi, tukanavuga Ihanga Ryera ry’Imana nabo bagapfa kuvyigana mbere bakabisukiranya n’utundi tujambo bigeneye, mwobabwira iki? TN -Ingorane z’abiyitirira isezerano batazi neza, bakaba […]