Umutumiro w’amasengesho y’iyi ndwi wo ku bicaniro vyose.
1. Uhoraho Imana amaze iminsi atubwira gusemerera kugira ngo abantu bihane, biyeze kandi batunganye ingeso zabo. Ico gikogwa ni urufatiro rw’amasengesho. 2. Ivyavuye ku musozi w’amasengesho tuzokwishimikiza mu masengesho ni muri Ezekiyeli 36: 16- 38 3. Dufise kandi n’imitwaro itandukanye yo gusengera, iyo mwibanga niyo ku mugaragaro, twahawe n’abantu ku giti cabo, imiryango, amashirahamwe n’amashengero […]