Umutumiro w’amasengesho y’iyi ndwi y’Ihanga ry’Imana

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Ku minsi ya Mercredi na Samedi, Ihanga ry’Imana ryose riba rifise amasengesho. Muri ayo masengesho kiretse abahabwa gusenga biyirije, abandi bose basengera aho bari banywa kandi bafungura. URUFATIRO – Dukwiriye kugira imigambi iyariyo yose dukurikije ubugombe bw’Imana. (Yakobo 4:13-17 na Luka 12: 16-20) INYIGISHO – Ni bibi gutegekanya kazoza ata Mana irimwo. – […]