Abatumiriwe amasengesho yo kwitanga n’ababatizwa muri Yorodani
ABATUMIRIWE KWITABA AMASENGESHO YO KWISONZESHA AZOMARA INDWI KUVA KURI 07 GUSHIKA KURI 13 Z’UKWEZI KW’INDWI 2019Nkuko Umwami wacu Yesu Kristo yavuze ati : “ Abakomeye ntaco bagombera umvuzi,” Matayo 9:12; kuko ataje guhamagara abagororotsi mugabo abanyavyaha, Ihanga ry’Imana ritumitiye ayo masengesho abarundi bose kuva ku baganza gushika ku baganzwa, Abarundi bose abari mu gihugu n’abari […]