Amashimwe k’Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo kubwo intahe zitandukanye

IHANGA RYERA RY’IMANA RIFISE AMASHIMWE MENSHI K’UHORAHO IMANA YACU KUBWO INTAHE N’IBITANGA BIKIREKA HIRYA NO HINO Imana dusenga ni Imana yumva kandi yishura, ni Imana isezerana kandi igashitsa. Mu gihe abantu bariko barihana ku bwinshi bakabatizwa n’abakozi Imana yirobanuriye, intahe z’ibitangaza Umwami wacu Yesu Kristo akora mw’ihanga bidutuma gutanga amashimwe umwanya wose. 1. Mu gisagara […]