Umutumiro w’amasengesho y’Imigwi yose mu gihugu no mu mahanga y’iyi ndwi.

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IYI NDWI (6-12 RUSAMA 2019) KU MIGWI YOSE YAMASENGESHO Hanga ry’Imana namwe mwese bakunzi mwese b’umusaraba, “Uhoraho Imana yabwiye abari ku bicaniro vyose mu gihugu no mu mahanga ngo tubabwire yuko igihe cageze co gusemerera no guhamagarira abantu bose kwihana, kwitunganya no guhinduka.” Nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse twama dufise amasengesho ya bose kabiri […]