Abantu batandatu bishwe mu gitero cakozwe ku rusengero muri Burkina Faso

Abategetsi b’igihugu ca Burkina Faso bamenyesha ko abantu bitwaje ibirwanisho bateye ejo ku wa Mungu ku rusengero ruri mu buraruko bw’ico gihugu, bica abantu bashika batandatu. Bivugwa ko abo bantu bateye baje bari kumapikipiki indwi inyuma y’igisabisho, baca bica umupasitori, abana biwe b’abahungu babiri, hamwe n’abakirisu batatu. Nico gitero ca mbere gikozwe ku rusengero kuva […]