UMUSARABA ntawowugereranya n’IVYAGEZWE.
MW’IVUGURUGWA, UMUVYURO N’IKANGURO DUKENEWE UKWIHANA, UGUHINDUKA, UGUKIZWA VY’UKURI, UGUKUNDA NO GUSOMA IJAMBO RY’IMANA, UKUGOROROKA N’UMURIRO WA MPWEMU YERA. Ukuri ni ukoIvyagezwe vyaba 10, vyaba 312 canke 613 vyari vyiza cane hataraza amaraso ya Yesu Kristo yoza ivyaha vyose. Kandi ntushobora gufatanya Isezerano ry’ivyagezwe n’iryo umusaraba, ntibifatanika haba namba. Icapa co mu mayirabiri cereka abantu inzira […]