Amasengesho y’Inkomezi y’Abarundi bose. Ugusenga kwo kwisonzesha kw’insi yose, 7 yo mu kwezi kw’7

Abarundi bose aho bari mu bumwe bwabo bwose no butandukane bwabo bwose; bahamagariwe n’Imana Uhoraho nyene amahanga kugira amasengesho y’amapfungo yo gusengera imitwaro itandukakanye no gusengera igihugu cacu c’Uburundi. Ihanga ry’Imana rizoguma ribibutsa iminsi n’amasaha y’amasengesho , urutonde n’inyifato y’amasesengesho kuri bose. Amadini, amashengero n’imigwi yose y’abemera Imana, abasenga mw’Izina rya Kristo Yesu n’abagomba ugutabagwa […]