Urupfu rwa President Magufuli Pierre Pombe rwari rwarahanuwe.
Umuhanuzi Ian Ndlovu yari yarahanuye urupfu rwa President Magufuli imbere yuko apfa. Yagize ati abantu bategerezwa gusengera President Pombe Magufuli kuko afise abansi benshi kubera ukwitangira abanyagihugu ba Tanzaniya. Yasavye yuko aba Tanzaniya bofata iminsi itanu yo kumusengera kuko uwo muhanuzi yeretswe uwo mu kuru w’igihugu yicaye mu ntebe aruhutse ariko hariho imyampi myinshi y’uburozi […]