Akagohe ku bahanuzi b’Abarundi

IVYO UHORAHO IMANA YASEZERANYE BISHITSWA N’ABO YATORANIJE BAGENDERA MU RUTONDE N’UBURONGOZI BGA MPWEMU YERA.“Imburi n’ubuhanuzi, ubuvugishwa n’inyereko si amajambo y’indoto z’abantu ziherera mu kurotora gusa mugabo ni ijambo Uhoraho Imana ahishura kandi agafasha abo yatoranije kurishitsa. Abantu birinde kuvuga amajambo atagira ubgenge n’ibikorwa”Imana aho yatoranya ihanga rya isirayeli, yarihaye abarongozi maze ariha n’urutonde rirahaguruka riragenda […]