Inomero z’abakozi b’Imana mwokwitura aho mu herereye

ISHENGERO RYA YESU KRISTO- IHANGA RYIMANA: INOMERO MWOHAMAGARAKO MUKARONKA UBUFASHA.Muri iyi minsi isi iriko iraca mu bihe bitoroshe, mu mihingo myinshi abantu ntibahura ngo babonane. Mu bihe nkibi, umuntu wese arakeneye uwo boyaga bagatera inkuru, uwo yohanuza, uwo yoganyira canke uwomusengera. Urashobora kuba ugomba kumenya ibiriko biraba mu gihugu cacu no kw’isi hirya no hino, […]