Ntimurandurwe imitima n'ingwara y'umugera wa CORONA VIRUS (COVID-19)
HANGA RYERA RY’IMANA, IVYEREKEYE CORONAVIRUS (COVID-19) Benshi muri mwebge mwaramaze kwumva ivyerekeye ikiza c’ingwara yiswe Coronavirus (COVID19). Uyo mugera watanguriye mu gihugu c’ubushinwa mugabo ubu ukaba uriko urakwiragira isi yose. Twibajije yuko ari ivyo ingenzi tubababariye uko mwokwifata ntimujane n’amajambo menshi ariko arakwiragizwa ku mihora ngurukana bumenyi itandukanye. Twebge nk’ishengero rya Yesu Kristo, […]