Abategetsi benshi nti baraba ejo h’igihugu c’Uburundi

Hariho ubgononyi bumaze igihe bukogwa, nabantu bafise amabanga ahambaye mu gihugu be no muntara IkIBIRA BAKIRANGIJE Bimbayo ubutare Babazayo imbaho Baca imigano ishogwa i Bujumbura, kandi abakora ibintu mu migano murabazi Barimirayo ibiraya, kandi indimo baguma bagura Borororeyeyo, abandi bakahirayo. Birya vyatsi biborera hasi, barabikukumba vyose, bakabijana kubitabiza imirima….hakoreshwa imodoka za OTB None ntituvuge kuko […]