Mugihugu ibintu birononekara murorera muriko muriyungunganya!

Abarundi hariho imungu iri mu mitima yabo itegerezwa kuranduranwa n’imizi. Iyo irangwa mu bafise amabanga y’igihugu ikamera nk’umuco w’ubuhizi. Kuzimanganya ubuzima bg’umuhutu nuwumushigikiye Kunyaga urukombamazi umuntu n’abamushigikiye Gukenesha abantu nokubategeka kuririmba ko bateye imbere: komine Rutegama, na Komine Mwumba na Ruyigi nizozakoreshejwe cane Gushiraho système i na u kugira umuhutu ntazokwige canke yige ibidafashe hakiyongerako […]