Amafaranga agenewe guteza ibiti mu gihugu aja hehe?

BAZOHEZA GUTERA IBITI RYARI ? Hakoreshwa ayarenga imiriyaridi 30 mugutera ibiti, ubu butumwa mubumpere umwe avugako afasha SE kugwanya ubusuma U Burundi bufise uburinganire bungana 27834Km2, dukuremwo ahari : imyonga, amashamba cimeza, inzuzi n’ibiyaga, amabarabara n’indimiro, amazu n’ibihomoka….hoba hasigaye ahangana gute hohera imyaka 20, batera hadahera ? Ikiro kimwe c’imbuto z’imikaratusi, kivamwo imivyaro yoshobora gutera […]