Ntimwihende kuvyo mwumva abantu bavuga ngo Yesu canke Iman
Harigihe woba utarubiziUshobora kuba wigishijwe nabi Ariko ico ukwiye kumenya niki: Imana ninyinshi ariko UMUREMYI ni Umwe, itwa UHORAHO, kugira ntuzoze urihenda, wokoresha ijambo UHORAHO, canke UMUREMYI Ba Yesu nibenshi cane, ariko bose ntibakiza, hari UMUKIZA umwe, kugira ntusange wambaje uwutariwe, vuga UMUKIZA Kubijanye nugufashanya, gutabagwa, UMUREMYI yarahaye ivyaremwe ubgenge, ivyaremwe nivyo bifashanya hagati yanyu, […]