Abera bose turiko turasengera abizera bose Imana ibatabare.

ABERA TWESE DUSENGERE ABIZERA BOSE UHORAHO ABARASIRE UMUCO WIWE KU MURANGO NO MW’IJORO Umuntu wese, uko angana kwose n’ivyo akora vyose n’ico yitwa cose arashobora kuraswa umwampi na satani akavangirwa, agafatwa n’ubgibone, ishari n’inzigo abantu bose bakabura aho bamubonye. Umukozi w’Imana aterwa kenshi iyo atanguye kwibaza yuko aruta abantu bose, iyo yibazako ariwe wenyene ashoboye, […]