Mu minsi ibiri musigaranye mw’iyeze kugira ngo muzotange amashimwe kandi mugire isangira Ryera.

ABERA BOSE BARIBUKIJWE AMASENGESHO YO GUSHIMA IMANA YO KUWA 15/01/2022. AHO URI HOSE UZOYAKORE. [Ivyahishuriwe Yohana 8:3] « Haza umumarayika wundi, ahagarara ku gicaniro, afise icotezo c’izahabu, ahabga imibavu myinshi ngo ayishire ku gusenga kw’Abera bose kuri ku gicaniro c’izahabu kir’imbere y’iyo ntebe. »Amakoraniro yose, abakozi b’Imana bose, abasenzi, abavugishwa, abenyengabire mwese, musabge kwinengesera ku […]