Ienekerezo rya 15/01/2022 ni ntibagitana mu buzima bg’Ihanga Ryera ry’Imana. Umunsi w’amashimwe y’Abera.

AMASENGESHO Y’ABERA AHO BARI KW’ISI YOSE YATANGUYE. NI UKWIRIRWA IMBERE Y’UHORAHO TUNEZEREWE DUSHIMA YUKO AGIRE ASHITSE AMASEZERANO YACU. Nkuko mwabimenyedhejwe, twahawe umunsi w’igenekerezo rya 15/01/2022 kuba umunsi w’amashimwe kuvyo Uhoraho Imana yadukoreye, adukorera kandi agire adukore, Haleluya!Aho uri hose. Mu rusengero, ku gicaniro,mu nzu iwawe, mw’ikambi y’impunzi, mu nzu y’ibohoro, mu rugendo, ku kanzi, aho […]