Urutonde rw’uyu munsi kuwa 17/12/21

URUTONDE RW’AMASENGESHO N’URUFATIRO RW’UYU MUNSI 17/12/21 Tugiye kuvuza inzamba kandi twihe akamo kuko inganji ya Kristo Yesu yashinzwe ubudakuka mu gihugu cacu c’UBURUNDI kandi twahawe iri sezerano ryintahava. “N’uko za nzamba zivuze, abantu baca biha akamo: Mbere bacumva ijwi ryazo, baciye biha akamo icarimwe, inzitiro zica zihomvokera hasi, abantu baca bararengagira, bitera mu gisagara, umuntu […]