Ntakizoshikira umwana w’umuntu Imana iterekanye. Ca gikoko cagiye ahabona.
IBIMENYETSO VY’IBIHE BIGUMA VYIYEREKANA KU MUNSI KU MUNSI Rya shirahamwe mpuzamakungu ry’ibihugu vyose ryitwa ONU ryubakiye igisanamu c’igikoko bavuga yuko arico gihagarariye amahoro n’umutekano kw’isi. Ico kimenyetso c’ico gikoko c’ubakiye mu kigo c’iryo shirahamwe ni ho abategetsi batanduka bava mu mpande zine z’isi baja kwifatishiriza amasanamu bakiraba kandi bakagishima yuko giteye igomwe.Ubuhanuzi buguma bushika mu […]