Urutonde rw’amasengesho: Tugeze ku munsi ugira 2 w’alasengesho twisonzesheje.

URUTONDE RW’AMASENGESHO YO KWITANGA 18-12-21 URUFATIROTugiye kuvuza inzamba kandi twihe akamo kuko inganji ya Kristo Yesu yashinzwe ubudakuka mu gihugu cacu c’Uburundi kandi twahawe isezerano ryintahava ku gihugu no kw’ishengero.“N’uko za nzamba zivuze, abantu baca biha akamo: Mbere bacumva ijwi ryazo, baciye biha akamo icarimwe, inzitiro zica zihomvokera hasi, abantu baca bararengagira, bitera mu gisagara, […]