Ibikorwa vy’impfabusa vyose mu gihugu cacu bishizwe kw’iherezo
UHORAHO YARANGUYE GUKORA IBITABGAZA KANDI YAHISHUYE AMABANGA MENSHI. Kubera aya masengesho y’iminsi itatu turimwo, uyu munsi tukaba turi ku munsi ugira kabiri dusenga twisonzesheje. Amasinzi y’abantu kw’isi yose yitavye aya masengesho barisonzesha kandi biyeza.Mu gihugu cacu hari benshi cane bariko barasenga mu ntara zose. Hariho abantu benshi bavuye mu madini n’amashengero yabo bahitamwo kwibera muri […]