Ku munsi ugira 2 w’amasengesho turaranye amashimwe menshi.
IHANGA RYERA RY’IMANA N’AMASINZI Y’ABARUNDI BUBAHA IMANA MURI RUSANGI DUFISE AMASHIMWE MENSHI. Nk’uko mwabimenyeshejwe, turi mu bikorane vy’amasengesho y’iminsi itatu mu gihugu cacu c’Uburundi no kw’isi yose. Amasinzi n’amasinzi yaritabiriye akamo ka Mpwemu Yera, ibicaniro bishika 187 biruzura, benshi baca baja gusengera mu mihira yabo gushika naho abajejwe intwaro bamwe bamwe vyabateye akoba bati ibi […]