Urutonde: Umunsi ugira 3 wo gusozera igikorane c’amasengesho
URUTONDE RW’AMASENGESHO Y’UMUNSI UGIRA 3 KUWA 19-12-21INTANGA MARARA Ni umunsi wo gusozera igikorane c’amasengesho tumazemwo uminsi itatu twitanga tutarya kandi tutanywa dusena gusa. Amaganya yose twayashiriye Umwami wacu Yesu Kristo kandi yaruhuye benshi. Uyu mwami w’abami atambuka kumazi, azibiza ingunza, ahaza abashonje, akiza ingwara, avura ubumuga, azura abapfuye, agatanga ubugingo budashira. Ni muri we turonkeramwo […]