
ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYERA RY IMANA RIBIPFURIJE KUGIRA IBIHE VYIZA VY’IMINSI MIKURU IRANGIZA UMWAKA WA 2021 IGATNGUZA 2022
Iyi minsi irangiza umwaka wa 2021 igatanguza umwaka wa 2022 bibabere ibihe vy’umunezero n’amashimwe.
Bibabere ibihe vyiza vy’umunezero mubanyu kandi bibabere ibihe vyiza vyo kwitegurira kuba mu ntsinzi y’Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo, Mesiya uwahanuwe, akavuka, akaducungura hanyuma agasubira mw’ijuru.
Inganji yiwe mu gihugu cacu irihuse gushika. Inganji yiwe kw’isi yose araje ntagisivya kugira ngo ashimwe nk’uko ashimwa mw’ijuru.
Muzigamwe kandi mugume mu gakiza mwaronse mw’izina ry’umucunguzi wacu Yesu Kristo.