Abantu bapfuye bagahambga bagarutse mu kubaho ari bazima inyuma y’imyaka 10. Baratibarira uko vyagenze.
ABANTU BAPFUYE BAGAHAMBGA BARIKO BARAGARUKA KUBERA AMASENGESHO Y’ABERA BAGASUBIRA KUBA BAZIMA. Hariho ibintu uvyumvise bivugwa wokwibaza yuko ari ibitito, imigani canke ubuhumvyi bg’abantu. Ariko muvyo ukuri mu Burundi turibonera ivyo bitangaza. Kuva aho Ihanga Ryera ry’Imana ritanguriye amasengesho yo gusangangura ibikorwa vy’amareba, abarozi batari bake barihanye, abanse kwihana bama bakorotse iyo bagurutse mu kirere bagiye […]