Duza mashimwe yawe mw’ijuru yo muri uyu mwaka wa 2021 satani atarayakwiba.
TWINJIYE MU BIHE VYO GUSHIMA UHORAHO IMANA MW’IZINA RY’UBUSHOBOZI RYA YESU KRISTO. Umwaka wa 2021 usigaje ukwezi kumwe kwa Kigarama kumwe gusa ngo urangire. Ni umwaka utoroheye abantu benshi na gatoya. Umuntu wese arafise ico yoshimira Uhoraho Imana gushika kuri uyu munsi.Benshi kw’isi hirya no hino bahitanywe n’ikiza ruhonyanganda bataziriye KORONA-19. Abandi bahitanywe n’intambara mu […]