Twame dufata umwanya wo gusengera igihugu ngo ubugombe bg’Imana bugishikeko.
UMUNTU WESE YIZEYE UHORAHO IMANA AKIHANA IVYAHA VYIWE AKIYEZA ARAKEIRIYE KWUGURURA AKANWA KIWE AGASENGERA IGIHUGU CACU. Iyo umuntu avuze gusengera igihugu abantu benshi baratangara ngo basengera igihugu gute! Ngo twogisengera gute canke bati ko mu bantu bizeye babona ibintu vy’igihugu ugutandukanye, umuntu yosengera igihugu neza gute?Ugusengera igihugu c’Uburundi nta n’umwe bikwiriye gutera ingorane kuko kirafise […]