Urukingo rwa covid-19 muri Bibiliya Yera: Nti musukwe ngo mukurikire ibintazi.
MUGUMANE AMAKENGA KU BINTU VYOSE BICISHWA KU MBUGA NGURUKAKA MAJAMBO KU VYEREKEYE IKIMENYETSO 666 Muri iyi myaka ubuhinga bgo gushikiriza amakuru bgateye imbere cane hakoreshejwe imbuga ngurukana majambo, abantu benshi birirwa barandika batumura amakuru hirya no hino. Satani akoresheje abakozi biwe akwiragiza amasanamu y’ibishegu kugira ngo yonone ubgenge n’imitima ya benshi akongera agakwiragiza urwanko mu […]