Imana iratuma imburi n’ubuhanuzi ku bantu bayo bigashika.

MWIGISHE ABANDI GUKUNDA NO KUGENZURA IMBURI N’UBUVUGISHA KUKO HARIMWO IBANGA RY’IMANA Mu minsi iheze twarabashikirije imburi ivuga yuko Uhoraho Imana agiye gushitsa Isezerano ku gihugu cacu kandi yuko imbere yaho abari mu makambi y’impunzi mu gihugu ca KONGO muri LUSENDA bokwiyubara cane kuko bagiye guterwa kubera bataye Uhoraho Imana bakizigira ibiheko, abapfumu n’ayandi mareba.Iyo mburi […]