Imburi n’ubuhanuzi: Imana Ihoraho igiye gushitsa isezerano.
IMBURI N’UBUHANUZI: IGIHE KIRARANGIYE IRYAVUZWE RIGIRA RITAHE 05/11/21 Twariko turasenga ku bicaniro vy’Ishengero rya Yesu Kristo-Ihanga Ryera ry’Imana nkuko bisanzwe. Murazi yuko ijuru ryadutondekeye kuba ku bicaniro iminsi yose kugira ngo ducurirwe amabanga yo mu bihe bigoye bigiye gushika. Tugisenga hururutse ijwi ry’Uhoraho Imana rituragara nk’umuturagaro. Naciye nfata ikaramu n’ikaye nandikamwo inzozi, inyereko n’ubuvugishwa maze […]