Wirinde abantu bameze nk’amahwa bama bashaka ku guhanda kuko ni ibisamaza.
IMPANURO KU BAKIJIJWE BARIKO BARITEGURA GUSANGANIRA UMWAMI YESU KRISTO. Abantu benshi muri twebge Abarundi bameze nk’ibiti vy’amahwa, uko umuyagisha kwose, ukwo umwubaha kwose canke ivyiza womugirira vyose ategerezwa ku guhanda akakuzibura ku mubiri canke ku mutima.Abo bantu bameze nk’amahwa y’imigunguma, bashaka kuzibira abo bazi n’abo batazi. Barahanda bagahanda n’umutima w’Imana. Kandi igitangaje ubasanga mubo mw’isi […]