Abakwiragiza inyigisho z’ibinyoma mw’ijambo ry’Imana bionigoje.

MWIRINDE INYIGISHO Z’IVYIGENZE N’INYEREREZI.“Ariko bene Data, ndabinginga kwitegereza abazana ivyo gutandukanya n’ibitsitaza, bidahura n’ivyo mwize, mubazibukire. Kukw abameze bartyo Umwami wacu Kristo atari we bajakariye, ariko n’inda zabo, kandi bohesha imitima y’aberanda amajambo meza n’ivyo kubanezereza. Igitumye mbabgira ivyo, n’uko kwumvira Imana kwanyu kwamamaye mu bantu bose: ni co gitumye mbanezererwa, ariko ndagomba ko muba […]