Intambge indwi:Urakwiriye gukorera Imana mu kugororika
UMU-KRISTO WESE AKWIRIYE GUKORA UHORAHO IMANA.Abantu benshi baradukengurukiye cane kubera yuko twabigishije kwihana no kwezwa kugira ngo bategereze Uhoraho Imana yacu. Baciye bibaza bati none hakurikira iki ko twahejeje kwihana no kwiyeza tukaba twatunganijwe n’amaraso ya Yesu Kristo? Ikindi twokora ni igiki? Hariho abashobora kubaha inzira idashika, bakorosha ibintu ngogenda witondere ivyagezwe ntibanakubgire nya vyagezwe […]