Inyishu z’ikibazo kigira icenda.

INYISHU Z’IKIZAMINI KIGIRA ICENDAYesu ashimwe cane Hanga Ryera ry’Imana. Muri rusangi iki kibazo kigira icenda abantu nka bose barashoboye gutora inyishu z’ukuri zose. Tuboneyeho akanya ko kubakeza mwese kuko mwarateye intambge mu bumenyi Mpwemu w’Imana yashatse yuko umuntu wese ariko araja mw’ijuru akaba kandi yiteze isezerano Uhoraho Imana yasezeaniye igihugu cacu c’Uburundi aba afise. Iyo […]