Ugomba ubufasha bgo kw’ihana, kwatura n’ukwezwa, vugana n’umukozi w’Imana kuri imwe mu nomero

IMBERE YO GUSENGA IMANA BANZA WIHANE KANDI WATURE IVYAHA VYAWE. Amasengesho y’umunyavyaha ni urwamo, uruyogoyogo mu gutwi kw’Uhoraho Imana. Ni igisesema. Uramaze kwumva umubu uriko urakuririmbira mu gutwi? Warabikunze! Waciye ukora iki? Wumvise wowirukana, kandi warabikoze. Niko amasengesho y’umunyavyaha yanse kwihana no kwatura ivyaha vyiwe ameze mu gutwi kw’Imana. Kirazira kwinjira muri aya masengesho yo […]