Inyishu z’ikizamini kigira 6
INYISHU Z’IKIZAMINI KIGIRA GATANDATUTurashimiye cane abantu bose bakomeza gukora utu tubazo twahawe kandi benshi bariko barabitora kuko bakomeza gusoma Bibiliya Yera no gusenga Uhoraho Imana basiguza. Ninayo mpavu dukomeje gushimira cane bimwe vyumwihariko abantu mwese mugira akigoro mugakora mukaturungikira ivyo mwashoboye gutora nk’inyishu kuko nakaryo twahawe na MPWEMU YERA ngo twipime urugezo tugejejeko mu gutahura […]