Inyishu z’ikizamini ca gatanu.
INYISHU Z’IKIZAMINI KIGIRA VNk’uko amategeko yo gukora ikizamini abitegekanya, ku kabazo kose umuntu atora inyishu imwe gusa y’ukuri. Naho hoba hari izindi nyishu nyinshi zigomba gusa n’ukuri haba hariho inyishu imwe gusa y’ukuri. Tubibutse yuko imvo nyamukuru ari uko Mpwemu w’Imana yasanze abantu benshi bafise ivyizerwa bitandukanye kandi vyinshi kubera inyigisho zitari iz’ukuri zikwiragizwa n’amadini, […]