INGENDO ZO GUKOMEZA NO KUBATIZA Z’ABAKOZI B’IHANGA RYERA RY’IMANA: MWITEGURE MWIHANE MWEZWE MUBATIZWE KANDI MWUZUZWE MPWEMU YERA.
INGENDO ZO GUKOMEZA NO KUBATIZA Z’ABAKOZI B’IHANGA RYERA RY’IMANA: MWITEGURE MWIHANE MWEZWE MUBATIZWE KANDI MWUZUZWE MPWEMU YERA. Bakunzi b’umusaraba wa Yesu Kristo, aho muri hose mu ntara zose z’igihugu cacu c’Uburundi, mwitegurire kwatwakira, abafise utubazo kubaza ibibazo vyose mwibaza, abatarabatizwa babatizwe, no gutegura ingaburo Yera ya pasika muyitegurane ku buryo buhuye n’ijambo ry’Imana kuko abakozi […]