Umubatizo w’Ihanga Ryera ry’Imana i Bujumbura. Abantu 11 nibo babatijwe kuwa 20-03-2021
UMUBATIZO MW’IZINA RY’UBUSHOBOZI RYA YESU KRISTO NI NKENERWA. [IVYAKOZWENINTUMWA 2:38] Mu gihe hariho abizerara baguma bitongera kubgo imirimo y’abakozi b’Imana bo mw’Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga Ryera ry’Imana, hariho abandi baguma bata umwanya wo kurwanya umugambi w’Imana bavuga utu na turiya, bajarajara baja aha na hariya, abandi bagakora ibi na biriya. Birababaje kubona hariho abata […]