Mwirinde abantu biyitirira IHANGA RYERA RY’IMANA bakaryiyitirira abandi bakaryigana.

IHANGA RYERA RY’IMANA RIRAKEBURA ABA-KRISTO Bose yuko hariho imigwi y’ababeshi n’abasuma iryiyitirira . Hariho imirwi y’abantu, bamwe ni abasuma abandi ni ibikoresho vya satani vyo kuyovya abanti. Muvyo bakora bagerageza kwigana Ishengero rya Yesu Kristo IHANGA RY’IMANA mu kwiyita amazina agomba gusa n’IHANGA atariryo. Batora nomero zanyu canke amazina yanyu bakabashira mu mirwi yabo kugira […]