Haguruke mwese abasenga mu kuri dutuze umwansi w’abantu n’Imana. Ivyo Imana ntibivangwa n’ivya satani.

ABINGINZI MUHAGURUKE DUSENGE: AGAHINYUZA KI KARUMELI KIYEREKANE                      MW’IZINA RY’UBUSHOBOZI RYA YESU KRISTO! 1.-Mugihugu twakuze tubona abantu bicwa, abandi bahunga kubera abitwa aba-Kristo n’abakozi b’Imana binyegeza mu moko n’imigambge, bihagarare! 2.-Abantu batonda mu mashengero no mu vyumba vy’amasengesho bakaguma biba, babesha, baja no mu bapfumu n’abarozi, bamenyekane! 3-Abasenga mu kuri baraburabuzwa, bagaturatuzwa kandi indyadya n’abapfukamira […]