Imburi yururutse ivuye mw’ijuru kuri uyu wa 26-01-2021: Mwihane ntimuranduke.
IMBURI YURURUTSE IVUYE MW’IJURU KUWA 26/01/2021 Imana ibarira IHANGA RYERA RY’IMANA kuburira abantu [EZECHIEL 3:1-15] Uhoraho Imana Yehova, NDIHO, NDUWO NDIWE yongeye kurungikana ijambo umusavyi wayo, ati: “Genda ushikire ihanga ry’Abarundi uti muzogeza ryari kwivanga n’ayandi mahanga, mu kwivanga n’amadini y’urukozasoni ku Mana yabatoranije, mwebge nyene mugasenga ibigirwana mugakora n’ibindi bizira vyo guharurana […]