Uhoraho Imana ariko ariko arashitsa ku mugaragaro ivyo yasezeranye
UBORAHU YURURUKANYE IGITINYIRO CIWE MU BURUNDIKugira ngo ushobore gutahura ibintu bimwe bimwe, ni ngombga Mpwemu Yera abigusigurire.Hanga Ryera ry’Imana namwe ba-Kristo mwese aho muri. Tumaze imyaka tubabgira yuko Uhoraho Imana yasezeranye kandi yuko agiye gushitsa ivyo yavuze. Yaravuze yuko aba musenga bategerezwa gusenga mu kuri no mu Mpwemu, bagashinga ibicaniro iwabo mungo; bakihana, bakabatizwa kandi […]