Abantu benshi bazimiriye mw’ijambo ry’Imana nibo bagoye gutahuzwa ukuri gusumba abapagani.
ISHENGERO RYA YESU KRISTO- IHANGA RYERA RY’IMANA. Urashobora kuba wibaza nk’abandi uti ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga ry’Imana ni igiki? Si idini kandi si Ishengero nkayo twumwa mu bihu abantu biyumvira bagashinga afise intumbero, imigambi n’abayitirirwa.Ishengero rya Yesu Kristo Ihanga ry’Imana ni umugambi w’Imana kw’isi wo gutegura umugeni wa Yesu Kristo mukwamamaza yuko uwo mwana […]