Intahe ya Jeanette Ndihokubgayo.

INTAHE YA JEANETTE NDIHOKUBGAYO Uwo mukenyezi Jeanette aba mu gihugu ca Australia yakiriye ubutumwa bgiza buca kuri Radio Isezerano Internationale, birakunda arahinduka arakizwa neza ubu akaba ashimira intahe. Yarabonye Umumarayika w’Imana amuzaniye Bibiliya Yera amubgira ati uzosome iri jambo ry’Imana kuva ku ntango gushika ku mpera yaryo. Uyu munsi yarateye intambge gushika naho abatizwa muri […]